Senegal: Abantu 39 Bahitanywe n’Ubwato Bwari Butwaye Abimukira Bwerekeza muri Espagne
Abantu bashika kuri 39 barapfuye inyuma y’aho ubwato buto bwari butwaye abimukira burohamye mu kiyaga c’ibahari Atlantique, hafi y’igihugu ca Senegal. Umuntu umwe ni we yashoboye gukizwa, mu gihe ibikorwa vyo kurondera abandi vyari bikibandanya. Iyi mpanuka yabereye hafi y’igisagara ca Kébémer, mu buraruko bushira […]
Uncategorized