Ijwi ry'Ukuri
Amavubi Yatsinzwe na Mali Ibitego 2-0, Ibibazo ku Mikino y’Ikipe y’Igihugu Birushaho Kwiyongera Ikipe y’igihugu y’u Rwanda mu mupira w’amaguru, Amavubi, yongeye gutsindwa na Mali ibitego 2-0 mu mukino wo mu itsinda K ryo gushaka itike y’Igikombe ca Afurika cya 2027 (AFCON), wabaye ku wa […]
Imikino
Urugendo rw’indege ya British Airways rwasubitswe inyuma y’uko ipine ryayo ry’imbere rigwa mu cyondo i Heathrow Indege ya sosiyete British Airways yari itwaye abagenzi 215 yasubitse urugendo yari igiye gukora ku wa Kabiri, igenekerezo rya 17 Munyonyo 2026, inyuma y’uko ipine ryayo ry’imbere rirenze inzira […]
Amakuru
Abajejwe kugenzura ibibuga vy’indege n’abashikirizamanza bo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika bagarutsweko cane mu makuru yo mu mpera z’ino ndwi, inyuma y’isanganya ry’indege zibiri zagonganiye hasi muri Leta ya Florida hamwe n’urubanza rukomeye rwaciwe muri Leta ya Louisiana. Muri Florida, abajejwe kugenzura ibibuga vy’indege […]

Igitero c’indege za gisirikare za Isirayeli mu bumanuko bwa Gaza caguyemwo Samir Abu Younis, yari arongoye umutwe wa Hamas mu karere ka Rafah, nk’uko vyatangajwe n’igisirikare ca Isirayeli hamwe n’ishami rya gisirikare rya Hamas. Ico gitero cabaye ku wa Gatandatu mu karere ka Al-Mawasi, mu […]
Uncategorized
Abantu bashika kuri 39 barapfuye inyuma y’aho ubwato buto bwari butwaye abimukira burohamye mu kiyaga c’ibahari Atlantique, hafi y’igihugu ca Senegal. Umuntu umwe ni we yashoboye gukizwa, mu gihe ibikorwa vyo kurondera abandi vyari bikibandanya. Iyi mpanuka yabereye hafi y’igisagara ca Kébémer, mu buraruko bushira […]
Uncategorized
Igihugu ca Iran catangaje ko cishwe abagabo batatu bari baciriwe urubanza rw’urupfu, bagirizwa kugira uruhara mu bikorwa vy’ubwicanyi n’uruhagarara vyabaye mu myiyerekano yo muri Nzero 2026. Nk’uko ibimenyeshamakuru vyo muri Iran vyabitangaje, abo bagabo bishwe ku wa 8 Munyonyo 2026, inyuma y’uko Sentare Nkuru y’Igihugu […]
Uncategorized
Banki Nkuru y’u Rwanda (BNR) yongeyeho ukwezi kumwe ku gihe ntarengwa cyo guhindura inoti zimwe z’amafaranga y’u Rwanda zakuwe ku isoko, kugira ngo abaturage batarabasha kuzihindurisha babone andi mahirwe yo kubikora. Mu itangazo ryasohotse ku wa 1 Ugushyingo 2026, BNR yatangaje ko igihe cyo guhinduriza […]
Uncategorized
Idrissa Ouedraogo Reveals Details of Dispute with Ishimwe Vestine, Financial Losses in Rwanda While appearing before the Kicukiro Primary Court to pursue his request for a DNA test to establish whether he is the biological father of Ishimwe Vestine’s child, Idrissa Ouedraogo, who had arrived […]
Amakuru
Vladmir Putin munama ya Brics summit in new Dehli. Munam yabereye New Delhi, Putin yavuze ku ruhara rwa BRICS mu bufatanye mpuzamakungu no ku ngingo zireba ubusugire bw’ibihugu, ubufatanye mu vy’ubutunzi n’iterambere. kandi Putin kandi yavuze ko BRICS itari ihuriro rirwanya umuntu uwo ari we […]
Amakuru
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye Ashitse i New Delhi ku Nama ya BRICS NEW DELHI, Ubuhindi — Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Évariste Ndayishimiye, ari kumwe n’Umupfasoni wa mbere Angeline Ndayubaha Ndayishimiye, yashitse i New Delhi mu Buhindi, aho yagiye kwitaba Inama ya 18 ya BRICS. Umukuru w’Igihugu […]
Amakuru